Ngendakumana Stanislas yaranditse ku karanga k’uBurundi ibindi bitabu:
- 1981 Rumarantimba umukobwa wa Mutindi. Igikino BER
- 1989 Rumarantimba umugeni wo mu bansi. Igikino Presses Lavigerie
- 1990 Akayazwe . Itororokanizo ry’ibikino ry’abandi banditsi (Presses Lavigerie - Carishwe n’Ubushikiranganji bw’Urwaruka n’Inkino )
- 2008 Bayaga iki ku masoko y’uruzi Nilo – Che si racconta alle sorgenti del Nilo – Imigani y’i Burundi irimwo abantu n’ibikoko – Fiabe del Burundi. Ediz. Icaro.